Kirundi « Iri N’ijambo Ryanje – A Na Ω » Gabriele
Read

Kirundi « Iri N’ijambo Ryanje – A Na Ω » Gabriele

Haraciye imyaka ibihumbi bibiri, Yesu w’Inazareti avuze: «Igihe Mpwemu w’ukuri azozira, azobamenyesha ukuri kwose» Ni vyo vyabaye kandi bibandanya kuba biciye muri Gabriele, umuhanuzikazi akaba n’umutangabutumwakazi w’Imana muri iki gihe cacu. Mu gitabo... More

Read the publication